Inicio Top Música Bad Bunny Música Cristiana Taylor Swift Ed Sheeran Luis Fonsi Ozuna Daddy Yankee J Balvin Maluma DMCA

Letra de la Canción "912345" de Khadja Nin | BooMusica 2026

Varios-artistas

RyB Latino

Varios-artistas

Alt Running

Varios-artistas

Musica Infantil para Jugar y Cantar

Varios-artistas

Beethoven Recomposed

Artist profile picture

912345

Khadja Nin

ihoze mwana wa mama
uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
yego nanje ndibonera
yuko imibiri yose idasa
uyu urera
urya ukirabura
uriya uravanze
jewe mbona
watu wa ulimwengu wandugu
kaskasini kusini wako sawa
watu wa ulimwengu wandugu
wote wanafanana
mbona dusa
umworo wino arasa
n'umworo wo hirya agasa
n'umworo wa hakurya
umwana wanje ansera
kurya umwana wawe agusera
abavyeyi turasa
none mwana wa mama
abantu dupfa iki ?
ko mbona

Inicio Top Música Bad Bunny Música Cristiana Taylor Swift Ed Sheeran Luis Fonsi Ozuna Daddy Yankee J Balvin Maluma DMCA